newsare.net
• Abari mu biganiro hagati y’abarundi vyari bimaze imisi biriko birabera i Arusha ntibashoboye gutera umukono kumasezerano yivyo bumvikanye nkuko vyari bitegekanijwe. Umufasha w’umuhuza murivyo biganiro Benjamin Mkapa yabamenyeshejeko ayo maserano adashINCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 7 MUNYONYO 2017
• Abari mu biganiro hagati y’abarundi vyari bimaze imisi biriko birabera i Arusha ntibashoboye gutera umukono kumasezerano yivyo bumvikanye nkuko vyari bitegekanijwe. Umufasha w’umuhuza murivyo biganiro Benjamin Mkapa yabamenyeshejeko ayo maserano adashoboka kuko ngo ivyo abari murivyo biganiro batumvikanyeko arivyinshi. Ivyo batumvikana ko akaba ngo azobishikiriza umuhuza murivyo biganiro Kaguta Museveni hamwe n’inama izohuza abakuru […] Read more