newsare.net
• Ibiganiro hagati y’Abarundi vyari bimaze indwi 2 biriko birabera i Arusha vyarangiye kuri uyu wa 5. Reta y’Uburundi ikaba yemeza ko ishima uko ivyo biganiro vyagenze. Thérence Ntahiraja avugira ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihu yaserukiIncamake y’amakuru y’Iwacu yo ku wa 8 Kigarama umwaka w’2017
• Ibiganiro hagati y’Abarundi vyari bimaze indwi 2 biriko birabera i Arusha vyarangiye kuri uyu wa 5. Reta y’Uburundi ikaba yemeza ko ishima uko ivyo biganiro vyagenze. Thérence Ntahiraja avugira ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihu yaserukiye Reta murivyo biganiro,avugako yamenyesheje umufasha w’umuhuza muri ivyo biganiro ko ibitari bike vyashitsweko kuko ngo mu ngingo 11 […] Read more