newsare.net
• Umurwi w’igihugu ujejwe gutegura amatora Ceni umenyesha ko abantu barenga imiliyoni 5 aribo biyandikishije kugira bazokwitabe amatora yo guhinyanyura ibwirizwa shingiro n’amatora yo mu mwaka w’2020. Pierre Claver Ndayicariye arongoye umuINCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 19 RUHUHUMA 2018
• Umurwi w’igihugu ujejwe gutegura amatora Ceni umenyesha ko abantu barenga imiliyoni 5 aribo biyandikishije kugira bazokwitabe amatora yo guhinyanyura ibwirizwa shingiro n’amatora yo mu mwaka w’2020. Pierre Claver Ndayicariye arongoye umurwi Ceni yemeza ko ibice 112,01 kw’ijana vy’abari bategekanijwe kwandikwa aribo biyandikishije.Uwo arongoye umurwi w’igihugu ujejwe gutegura amatora Ceni ahamagarira abarundi bose kubika neza […] Read more