newsare.net
Abanyepolitique 6 bari mu runani rw’imigambwe itavuga rumwe n’ubutegetsi CNARED bari kubonana n’umuhuza mubiganiro vyabarundi benjamin william mkapa mu gihugu ca tanzaniya.amakuru ava aho murico gihugu muvyo bavuganye ngo harimwo kwiga uko ibiganiro vyoIncamake y’amakuru y’iwacu yo kuwa 20 Ruhuhuma 2018
Abanyepolitique 6 bari mu runani rw’imigambwe itavuga rumwe n’ubutegetsi CNARED bari kubonana n’umuhuza mubiganiro vyabarundi benjamin william mkapa mu gihugu ca tanzaniya.amakuru ava aho murico gihugu muvyo bavuganye ngo harimwo kwiga uko ibiganiro vyobandanya hamwe rero n’ibijanye n’ibwirizwa shingiro ryimirije gutorwa n’abarundi bisabwe na reta y’uburundi. Murabo banyepolitique babonanye n’umuhuza Mkapa ngo hoba harimwo n’abanyepolitique […] Read more