newsare.net
• Inama igira 19 y’abakuru b’ibihugu vyo muri kano karere ka Afrika y’ubuseruko yariko irabera ikampala muri ouganda yarangiye kuruyu wa 5. Muvyashitsweko muriyo nama hakaba harimwo kwongera ikiringo umufasha w’umuhuza mubiganiro hagati y’abarundIncamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 23 Ruhuhuma umwaka w’2018
• Inama igira 19 y’abakuru b’ibihugu vyo muri kano karere ka Afrika y’ubuseruko yariko irabera ikampala muri ouganda yarangiye kuruyu wa 5. Muvyashitsweko muriyo nama hakaba harimwo kwongera ikiringo umufasha w’umuhuza mubiganiro hagati y’abarundi Benjamin Mkapa murayo mabanga. Abakuru b’ibihugu bitavye iyo nama bakaba bashimiye amakungu hamwe nabandi bafasha mubiganiro hagati y’abarundi ko babandanya bashigikira […] Read more