INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 21 RUHUHUMA 2018
newsare.net
• Kuruyu wa kane hazoba umwiherero hagati y’abakuru b’ibihugu vyo muri kano karere ka Afrika y’ubuseruko EAC i Kampala mu gihugu ca Ouganda. Uwo mw’iherero uzokurikirwa n’inama isanzwe igira iya 19 izohuza abo bakuru b’ibihugu kumusi wa 5 igenekINCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 21 RUHUHUMA 2018
• Kuruyu wa kane hazoba umwiherero hagati y’abakuru b’ibihugu vyo muri kano karere ka Afrika y’ubuseruko EAC i Kampala mu gihugu ca Ouganda. Uwo mw’iherero uzokurikirwa n’inama isanzwe igira iya 19 izohuza abo bakuru b’ibihugu kumusi wa 5 igenekerezo rya 23 kuno kwezi ahonyene i Kampala. Igihugu c’uburundi kikaba kizoserukirwa n’icegera ca 1 c’umukuru w’igihugu […] Read more