Incamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 13 Ndamukiza umwaka w’2018
newsare.net
• Umurwi w’abashingamateka batowe mu runani rw’abatavuga rumwe na Leta Amizero y’abarundi bemezako abantu 3 bayoboka urwo runani bakubiswe barakomereka mugatondo ko kuruyu wa 5, umushingamateka Bernard Ndayisenga yatowe muri urwo runani nawe arakubaguIncamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 13 Ndamukiza umwaka w’2018
• Umurwi w’abashingamateka batowe mu runani rw’abatavuga rumwe na Leta Amizero y’abarundi bemezako abantu 3 bayoboka urwo runani bakubiswe barakomereka mugatondo ko kuruyu wa 5, umushingamateka Bernard Ndayisenga yatowe muri urwo runani nawe arakubagurwa. Ivyo bikaba vyabereye muri zone ya (...) Read more