INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 19 NDAMUKIZA 2018
newsare.net
Abasore bane bo ku mutumba wa Rurinzi muri zone Ruhororo komine Mabayi intara ya Cibitoke baraye bakomerekejwe n’amasasu barashwe n’abasirikare bakorera hafi y’umupaka uburundi buhana n’urwanda igihe iyo misore yariko irakizura mw’ijoro hafi isaha 5INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 19 NDAMUKIZA 2018
Abasore bane bo ku mutumba wa Rurinzi muri zone Ruhororo komine Mabayi intara ya Cibitoke baraye bakomerekejwe n’amasasu barashwe n’abasirikare bakorera hafi y’umupaka uburundi buhana n’urwanda igihe iyo misore yariko irakizura mw’ijoro hafi isaha 5. Pascal Basaburwuzuye arongoye komine ya (...) Read more