Incamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 11 Kigarama umwaka w’2017
newsare.net
• Amafaranga ibihumbi bibiri ku kwezi ku rugo n’igihumbi kimwe c’amafaranga y’amarundi ku munyeshure canke uwundi muntu afise imyaka yo gutora n’iyo agiye gutangwa kuva mu mwaka buca dutangura ku mwaka mu ntumbero yo gutegura amatora yo mu mwaka wIncamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 11 Kigarama umwaka w’2017
• Amafaranga ibihumbi bibiri ku kwezi ku rugo n’igihumbi kimwe c’amafaranga y’amarundi ku munyeshure canke uwundi muntu afise imyaka yo gutora n’iyo agiye gutangwa kuva mu mwaka buca dutangura ku mwaka mu ntumbero yo gutegura amatora yo mu mwaka w’2020. Ivyo biri mw’itegeko ryateweko umukono n’abashikiranganji babiri uw’ikigega ca reta hamwe n’uwintwaro yo hagati mu […] Read more