Incamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 21 Ntwarante umwaka w ‘2018
newsare.net
• Umumenyeshamakuru Judith Basutama akorera iradio y’abongereza BBC yarengutse kuri uyu wa 3 imbere y’umushikirizamanza wa sentare nkuru ya commune Mukaza iri hano mugisagara ca Bujumbura. Uyo mumenyeshamakuru yabajijwe kubijanye n’inkuru yashikirijeIncamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 21 Ntwarante umwaka w ‘2018
• Umumenyeshamakuru Judith Basutama akorera iradio y’abongereza BBC yarengutse kuri uyu wa 3 imbere y’umushikirizamanza wa sentare nkuru ya commune Mukaza iri hano mugisagara ca Bujumbura. Uyo mumenyeshamakuru yabajijwe kubijanye n’inkuru yashikirije kuri iyo radio. Eric Ntibandetse umushingwamanza aburanira uyo (...) Read more